Face au VIH/SIDA, tu t'informes et tu décides la meilleure des actions à faire pour ta santé. QuickRes est votre solution pour des rendez-vous anonymes et décontractés dans le rythme de votre disponibilité. Utilisez QuickRes pour votre rendez-vous de la semaine prochaine : http://www.quickres.org/257201
Ntusigare inyuma bivuye kukutamenya ! Hari vyinshi bikorwa kubwawe kugira umenya uko amagara yawe yifashe n'uko wokwitwara bivanje n'uko umerewe ! Igikoresho nka QuickRes si ikinyegezwa, kandi vyinshi igufasha ubibona mukwinjira no gukoresha ubwo buhinga. Koresha QUickRes uciye kuri : http://www.quickres.org/257201 .#burundi#vih#hivpositive#HIV#Condomize#transgenre#UequalsU
Tathmini hatazi zako mkondoni ufanye miadi na sisi ! Chocote kinachohusiana na matibabu ya virus vya ukimwi, Tumia QuickRes : http://www.quickres.org/257201
Abarundi barayamaze ngo uwuja gukira ingwara arayirata kandi ngo amagara ni amazi aseseka ntibayore ! Kurikirana neza amagara yawe biguhe amahigwe yo kuramba ! QuickRes ni uburyo bwiza bushasha bugufasha hafi yawe, abo witura kubijanye n'amagara yawe ! Koresha QuickRes uciye kuri : http://www.quickres.org/257201
Ugusaba isango kwa muganga, birashoboka mw'ibanga.koresha QuickRes uciye kuri http://www.quickres.org/257201 igihe cose uvyipfuza, naho uherereye hose !.#burundi#vih#hivpositive#HIV#Condomize#transgenre#UequalsU
Bonjour ! L'état de santé de votre ami(e) vous inquiète? Devrait-il commencer un traitement ? Prenez un rendez-vous pour lui en toute discrétion..Utilisez QuickRes à partir de http://www.quickres.org/257201 pour réserver des rendez-vous de depistage et bien plus d'autres services.
Hamwe na QuickRes bandanya kuza uripimisha uko amezi 3 aheze kuko ubu gufata amasango biroroshe. . koresha QuickRes uciye kuri http://www.quickres.org/257201 igihe cose uvyipfuza, naho uherereye hose ! . #burundi #vih #hivpositive #HIV #Condomize #transgenre #UequalsU
Sangwa Quickres ! Uburyo bushasha bugufasha kumenya hafi yawe, abo witura kubijanye n'amagara yawe !Kuvyerekeye umugera wa SIDA hamwe n'ingwara zifatira mu bihimba vy’irondoka, koresha QuickRes uciye kuri http://www.quickres.org/257201 igihe cose wipfuza: Kumenya nimba ugeramiwe, Gusaba isango ryo kuja kwipimisha, Gusaba isango ryo gutora umuti,...Hamwe n'ibindi vyinshi.Gerageza ico gikoresha hama uheze wibonere ubuzima bworoshe !
Mwiriwe neza, Umwaka mushasha wa 2021 !Mu misi yahera twaraganiriye n'urwaruka rutandukanye baratuyagira vyinshi bazi, biyumvira n'ivyo bipfuza kumenya ku bijanye n'umugera wa SIDA n'ingwara zifatira mu bihimba vy'irondoka. Rimwe mu ndwi, tuzoza turabasangiza ivyavuye muri ivyo biyago namwe mugire ico muterereye kuri ivyo vyiyumviro butandukanye urwaruka rusangiza urundi. Hoba harico mwipfuza kutwunganira canke kutubaza?... Lire la Suite →